INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA Old Protestant Hymns LyricsPentecôte Bujumbura Nyakabiga











>> YOUR LINK HERE: ___ http://youtube.com/watch?v=1ETIU0P0ue8

Abarongoye indirimbo z'Ishengero - Album 1 - Eglise de Pentecôte de Bujumbura/Nyakabiga - INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA • Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 •    / @meirratv   • Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. • Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: • +257 79 24 16 79 (WhatsApp) • +257 79 08 91 49 (WhatsApp) • YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

#############################









New on site
Content Report
Youtor.org / YTube video Downloader © 2025

created by www.youtor.org