Cankuzo Urwaruka rugera kuri 25 rwahejeje amashure rwagiye hamwe rutanguza Ishirahamwe











>> YOUR LINK HERE: ___ http://youtube.com/watch?v=1XbgZ0cnrGE

#Burundi​​ #Tuyage​​ #Ubutunzi​​ #Urwaruka​​ • Mu rukurikirane rw'amakuru y'urwaruka ruriko rurakora ibijanye n'ukwiteza imbere n'ugutanga ubuzi, #Mashariki_TV​​ ibashikana mu ntara ya #Cankuzo​, muri Komine #Mishiha. Gabriel NZIGAMASABO ni umwe mu rwaruka rwahejeje amashure, ariko babonye ata kazi baronse, baca baja hamwe batanguza Ishirahamwe rihingura imfungurwa z'ibitungwa. Gabriel NZIGAMASABO umwe muri urwo rwaruka 25 rugize iryo shirahamwe aratubwira uko batanguye, aho bageze, ivyo bungutse hamwe n'ivyo basaba

#############################









Content Report
Youtor.org / YTube video Downloader © 2025

created by www.youtor.org