Prezida waTchad Mahamat Idriss Deby Itno ari mu rugendo rwakazi mu mu Burundi
>> YOUR LINK HERE: ___ http://youtube.com/watch?v=6RaMKrbRt7w
Umukuru w'igihugu ca #Tchad Mahamat Idriss Deby Itno ari mu rugendo mu #Burundi. Ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye yakiriwe n'umushikiranganji w'imigendaeranire Albert Shingiro. Inyuma yaho yakiriwe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye ku kirimba kwa Ntare Rushatsi.
#############################
