Uwutaye akaraganga aba ataye akabanga agatorana akaranda
>> YOUR LINK HERE: ___ http://youtube.com/watch?v=6_n6q3clFyg
#Burundi: Abavyeyi basabwa kwigisha abana ibijanye n'imico n'akaranga k'Uburundi biciye mu migani, ibitito, n'ibisokozo,... kuko uta akaranga agata akabanga ugatorana akaranda. Bishikirizwa na Bucumi Joseph Martin Musitanteri wa komine #Ngozi aho yari yitabiriye igiteramo #FestivalNCIRAUMUGANISOGOKU catunganijwe na AgoMani na Capel mu gisagara ca Ngozi.
#############################
