Nd uwidegemvya Full Gospel Worship Team Live Recording











>> YOUR LINK HERE: ___ http://youtube.com/watch?v=E2E8qnfAdFA

Song : Nd’ uwidegemvya • Audio produced by Ebenga Modia Medard • Directed by Fikirini Video • Special thanks to • Eglise du Plein Evangile Gitega • Lyrics • Umunyavyaha nkanje • Wangiriye ubuntu • Jewe imbohe yo gupfa • Ehe nambitswe izera • Wivugiye ng’ Urarekuwe • Nanje ndirimba nshize amanga • Yesu wee • Wahanaguye icaha canje • Maze uremera ninjira Ahera • Ubu nd’ uwidegemvya • Ubu nd’ uwidegemvya • Wampaye ijambo ryawe • Rimbera umuco • Imana s’ umuntu • Ngo ibeshe • Wahanaguye icaha canje • MAze uremera ninjira Ahera • Ubu nd’ uwidegemvya • Ubu nd’ uwidegemvya • #gospelmusic #live #worship

#############################









New on site
Content Report
Youtor.org / YTube video Downloader © 2025

created by www.youtor.org