Zoé Hielo Audio
YOUR LINK HERE:
http://youtube.com/watch?v=m_wocTzuxBk
ZOÉ by MTC • Follow us on • Instagram: https://www.instagram.com/mtc_moretha... • TikTok: https://www.tiktok.com/@mtcmoremoreco... • Directed by Bani Toldo • Prod by Trust Beat(ITEKA Record) One Way • Stylish: Rich Msafi,Willy smith • Choreographer:Ado_b Dancer • Special thanks: Niyongabo Job Familly • • Rfr/ • Niwe mfise niwe ndirimbo ndirimba • Ntandekura from January to December • 1.Ivyo benshi birukira • S’ibibatuma bakira • Biroroshe cane no kuzimira • Gushika wemeye ko Yesu Aba ariwe Akumurikira Akaguha ubuzima • Koko ubuzima bwawe • Imana Ubwayo Niyo nyene ari Inkomoko yabwo kuko vyose bikwerekeye ntivyoba amahoro uri kure y’isôko • Bisaba kwamizako • Imisi yose ukama urivomako • Kuberako Abarinyoyeko birazwi ko • Bama batotahaye bari kw’isôko ariryo kristo • Pre-chorus • Simfise ubwoba bw’ico noba je • Ndi kw’isôko ry’ubuzima • Sinokwiganyira ndatuje nguwe neza • Rfr/ • Niwe mfise niwe ndirimbo ndirimba • Ntandekura from January to December • Niwe mfise Niwe ndirimbo ndirimba • N’uwuzira guhemuka • Kristo Niwe Sôko • Ry’ubuzima Zoé zoé • Iryo sôko ntirikama • Zoé zoé • Ritembamwo ubuzima • Niwe sôko ridakama • Riduduzamwo ubuzima ntirikama • Sôko ridakama • Ni Kristo *2 • Abbah sôko Rya vyose • Ndahiriwe cane ko namuronse • Abbah sôko Rya vyose • Ritembamwo ubuzima bw’Imana zoé • Muze abarushe n’abaremerewe mumunyweko mubone gushira inyota • Abahe ubuzima bunengesereye buri hejuru cane y’ivyo murota • Kristo Niwe sôko ivy’ubuzima bivomwako • Niwe sôko vyose bikoraniyeko • Ibikorwa ukora ntawobishobora Niwe yama afise ic’Amarira abamwizera uri kibasumba usumba amasôko yandi ntanahandi hava ivy’ubuzima atari iwawe • Niwe Niwe Niwe • Kristo niwe sôko ry’ubuzima *2 • Zoé zoé iryo sôko ntirikama • Zoé zoé Ritembamwo ubuzima • Rfr/ • Niwe mfise niwe ndirimbo ndirimba • Ntandekura from January to December • Niwe mfise Niwe ndirimbo ndirimba • N’uwuzira guhemuka • Kristo Niwe Sôko • Ry’ubuzima Zoé zoé • Iryo sôko ntirikama • Zoé zoé • Ritembamwo ubuzima • Niwe sôko ridakama • Riduduzamwo ubuzima ntirikama • Sôko ridakama • Ni Kristo *2
#############################
