🔴BURUNDI AMAKURU MASHYA WA MUSHINGA WA EVARISTE WINKWAVU WATEJE IBIBAZO ABANYAGIHUGU BARAKAYE
>> YOUR LINK HERE: ___ http://youtube.com/watch?v=pyFtYBbdtDQ
#ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc • CONTACT US: [email protected] • Akabazo : za miliyaridi 247 zari zagenewe gutanga inkwavu mu banyagihugu zakoze iki ? • Mu mafaranga Leta y'Uburundi yategekanije gukoresha kuva ku wa 01.7.2023 gushika ku wa 30.6.2024, harateguwe ayashika imiliyaridi 247,5 FBU yari agenewe gutanga inkwavu mu banyagihugu, mu gihe imiliyaridi 3,5 yari agenewe gushiraho ikigo co kurwiza ubukwavu (centre naisseur et de multiplication des lapins). Aya mafaranga ntiyashizwe mu bushikiranganji bujejwe ubworozi, yahawe Umukuru w'igihugu ngo atange inkwavu mu banyagihugu. • Ejo haheze, kuri runo rubuga, twarabajije abanyagihugu bo mu mihingo itandukanye igiciro c'agakwavu. Twaronse inyishu zitandukanye, ariko henshi batubwiye ko urukwavu rugurwa hagati ya 15.000 Fbu na 30.000 Fbu. • Dufatiye ku rukwavu rugurwa 25.000 Fbu, dusanga amafaranga yahawe Umukuru w'igihugu (imiliyaridi 247,5) yari kuvamwo inkwavu 9.900.000 mu gihe abarundi bose hamwe bagereranywa mu miliyoni 14. Nta murundi akuze ataba yararonse urukwavu, nta rugo rwari kuronka musi y'inkwavu zitatu. Baramutse batanga inkwavu ntonto za 15.000 Fbu naho, havamwo inkwavu 16.500.000. Izo zo zirengeye igitigiri c'abarundi bose. • Amakuru mashya ku Rwanda na Congo • Find us on Facebook: https://bit.ly/4aZt0k0 • Follow us on X: https://bit.ly/3SeOaDv • Follow us on Instagam: https://bit.ly/3O4ZQq5 • Ishami TV Website: https://ishami.rw/ • And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: https://bit.ly/3vEnB1W • #m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo
#############################
