IKIMENYETSO GIKOMEYE CEREKANA UKUGARUKA KWA YESU KRISTO Pasteur Déo Église Pentecôte Nyakabiga
>> YOUR LINK HERE: ___ http://youtube.com/watch?v=qlCqi-Ys9Mc
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149 • Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 • / @meirratv • Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. • Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: • +257 79 24 16 79 (WhatsApp) • +257 79 08 91 49 (WhatsApp) • YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
#############################
